Abantu begera ku 18 nibo baregwa icaha co gufata abana kungufu…

0
165
Ifoto – Google

GOMA, CONGO – Ku minsi 10/11/2017 Muri republika Iharanira Demokrasi ya Congo abantu bagera ku 18 barimo n’umunyamategeko mukuru bajanwe m’urukiko bazira icaha co gufata abana kungufu no kubatoteza.

Haravugwa umubare w’abana bagera kuri 46 ndetse bamwe bari munzi y’imyaka ibiri (2) ko aribo bakorewe aya mahano kuva mumwaka wa 2013 kugeza m’umwaka ushize wa 2016. Ibi ni ibyemezo byakorewe ubushakashatsi n’ishirahamwe rirengera ikiremwamuntu

Mukwezi kwa 6, umwaka ushize wa 2016 Frederic Batumike, umunyamategeko mukuru wa Kivu y’amaj’epfo n’izindi nyeshamba bose bafunzwe bazira ikicaha co gufata abana kungufu.

Uru rubanza rwatwaye amasaha 10, aho buri wese yabwiwe icahe ce aregwa n’uru rukiko.

Imurenge.com, turakomeza tubageza ho ibiva muri uru rubanza.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here