Abasirikare bagera kuri 100 ba FARDC baraye mu Madegu

0
162

MINEMBWE, SUD-KIVU –  Abasoda 100 bayobowe na Colonel Bizuru Tito bageze mu Minembwe kuri aka kane ku minsi 08/03/2018 bavuye kuri Mugela n’Inganji.

Amakuru dukesha abaturage batuye mu Minembwe, avugako aba basoda bahitiye centre yo mu Madegu ariko ikibagenza kikaba kitaramenyekana.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here