Icegeranyo c’amatora c’agateganyo c’umuryango wa Mahoro 2018….

0
97

Mu matora yabaye ku munsi w’ejo niyinga itariki 14/01/2018 y’umuryango wa Mahoro. Intara zose zagiye giragaza ubushake ndetse n’ubwitange mu gukunda umuryango.

Uyu munsi tukaba twegereye uhagarariye aya matora ndetse tumubaza uko byoba byifashe kuri aya matora. Nubwo ibyavuye muri aya matora bitaratangazwa, biragaragara ko Michel Gahakanyi ariwe uri kugaragara ku mwanya wa mbere.

Imurenge.com, twashatse kumenya uko ibintu byifashe twegera ubuyobozi buhagarariye amatora. Kuri uyu mwanya biravugwa ko Michel Gahakanyi ageze ku bice 60% naho Desire Rusingizwa akaba akiri ku bice 40%, ariko aya matora akaba atararangira kuko hari ama States amwe ataratanga ibyavuye mu matora.

Imurenge.com, turakomeza tubageza ho ibyavuye muri aya matora.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here