Igihugu ca Afrika y’epfo mw’iperereza ku mikorere mibi ya leta iri k’ubutegetsi…

0
3

PRETORIA, R.S.A – Ku minsi 10/01/2018 biravugwa ko leta ya Afurika y’Epfo iyobowe na Perezida Jacob Zuma, yashyizeho akanama kugiye kuzagenzura imikorere mibi yaranzwe n’iyi leta iri kungoma. Iri perereza rizayoborwa na Zondo Raymond, icegera c’umukuru w’igihugu Jacob Zuma.

Ni mu minsi mike yashize, bamwe mu baturage bakoze imyigaragambyo basaba perezida Zuma kuva k’ubutegetsi cangwe agatsimbuzwa n’undi mutegetsi musha.

Iri tangazo ryatangajwe nyuma y’aho ibyavuye mu nama y’ishyaka ANC, riri k’ubutegetsi yateguwe ndetse ikanitabirwa n’abantu batari bake mu kwezi gushize. Iyi nama yemeje ko hagomba gukorwa iperereza ku bibi byakozwe n’ubuyobozi bwa leta iyobowe na Zuma.

Pretoria, umwe mu miji ikomeye muri Afrika y’Epfo…

Uyu munsi nagatatu ku minsi 10/01/2018 niho hateganyijwe indi inama ya ANC. Perezida Zuma we bikaba bivugwa ko nyuma y’aho iri tangazo ryatangajwe ari gucisha make.

Biravugwa kandi ko bamwe mu bayobozi ba leta ya Zuma, batigeze bashima na gato ibyavuzwe muri iri tangazo bibarega imikorere mibi ndtese no kurya za ruswa.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here