Igisirikare ca Uganda cishe abarwanyi ba ADF bagera kuri 100

0
25

NORD-KIVU, RDCONGO – Nyuma yaho igisirikare ca Uganda cinjiriye muri repubulika iharanira demokarasi ya Congo cakomeje guhiga bukware inyeshamba za ADF zirwanya ubutegetsi bwa Museveni.

Ku munsi wagatanu nibwo indege za eta ya Uganda zatangiye kurasa ku birindiro by’inyeshamba za ADF, ku munsi wejo nagatatu nibwo ingabo za Uganda zatangajeko zishe abarwanyi ba ADF bagera kw’ijana ndetse abandi benshi bakaba bakomeretse.

Aya makuru yemejwe n’umuvugizi wingabo za Uganda Gen. Richard Karemire.Yavuzeko igisirikare ca Uganda cafashe umwanzuro wo gutera uyu utwe nyuma yaho kibonye amakuru ko uyu mutwe urikwitegura gutera Uganda.

Tubibutseko inyeshamba za ADF arizo ziheruka kwica abasoda 14 babatanzaniya bakorerega Monusco ku minsi 7/12/2017.

 

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here