Inama yateraniye i Washington kukibazo ca perezida Kabila…

0
130
Inama yiga kukibazo co gukura ho perezida Kabila.

WASHINGTON, AMERIKA – Ku minsi 3/11/2017 nibwo ibinyamakuru byo muri Amerika bya kwirakwije inkuru ivuga hejuru y’akanama kateraniye hamwe mu kwiga . hejuru y’ikibazo ca Kabila.

Republika Iharanira Demokrasi ya Congo yasinye kontra ya miliyoni zitanu n’igice na ministre w’ububanyi n’amahanga wa Israel (5.6 million contract with the then Israeli Minister of Foreign Affairs), Raymond Shibanda, kugira ngo perezida Kabila akurwe kungoma. Iyi kontra yateye ibiro by’i Washington bihamagaza inama kugira ngo bamenye impamvu aya mafaranga yose yoba yaratanzwe, biravugwa yuko igiciro c’iyi kontra kibarizwa ku amafaranga angana $ 875,000 ariko ntibumvise impamvu  batumva 5.6 million yoba yaratanzwe.

Inkuru dukesha ikinyamakuru cyo muri Israel, Haaretz, catanze amakuru arambuye kubijanye niyi kontra. Ibiro bishinzwe umutekano (Mer Systems, part of the C. Mer Industries group, specializes in telecommunications systems and security, cybersecurity, public safety na information gathering) byahakanye ko bitazi ibijanye iyi kontra, ariko ikinyamakuru Haaretz co gihamya ko ibi biro bishinzwe umutekano, Mer Systems, byatangiye gukorana na Republika Iharanira Demokrasi ya Congo kuva mu mwaka wa 2012. 

Inama yiga kukibazo co gukura ho perezida Kabila.

Umuyobozi Mer Systems, Omer Laviv, yagize ico amenyesha abanyamakuru Israeli colleague ku bijanye na kontra.

Ni byinshi dufite dukorana na leta ya Congo. Hari na byinshi twari dusanzwe dukorana na bamwe mu bayobozi ba Congo – Omer Laviv –

Uwahoze ari umusenateri muri Amerika, Bob Dole niwe wahawe igice c’umuliyoni na sosieti ya israel (Israeli society). Adnan Jalil, wiri mu bahagarariye amatora ya Trump nawe yabaye muri ako kanama, ndetse avuga ko hari n’indi nama yabereye i Louisiana. 

Ikinyamakuru Haaretz kandi cavuze yuko na Nancye Miller, umugore w’uwahoze ari umu directeri wa CIA, James Woolsey, nawe yabaye muri iyo nama yo gukura ho perezida Kabila.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here