Minembwe yiteguye kwakira abashitsi banyuma.

0
171

AMATORA, CONGO – Mugihe habura amayinga abiri gusa ngo ibikorwa byo kwiyamamaza birangire, abanyuma mubiyamamaza kobaragera Minembwe.

Kuva ibikorwa byo kwiyamamaza byatangira ku minsi 21/11/2018 , Minembwe yatangiye kwibukwa no gusurwa  n’imvukira zayo ahanini zirimwo abanyapolitike bagiye bamenyekana n’abataragira amazina akomeye muri  politike.

Si urukundo gusa bavugako rubagenza muri aka karere , ahubwo hari n’ibyo ngo bagiye kuzahakorera, mbere yibyo ariko hari ibikorwa, ibiganiro bitandukanye bimwe bitari bimenyerewe aba bashitsi bageneye abanyaminembwe. Imurenge News Agency irabagezaho  ibibera mu Minembwe isaha kw’isaha.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here