Igikombe citiriwe Kigabo Cup 2017 catangiye niyinga mu Minembwe.

0
9
Dr kigabo Modeste watangiye kubaka stade mu Minembwe

MINEMBWE, CONGO – Nyuma yuko atangijye igikorwa co kubaka ikiwanja c’akabumbu k’amaguru mu Minembwe, Dr. Kigabo Mbazumutima Modeste yongeye kugaragaza ko ashigikiye cane imikino mu karere k’imisozi miremire; dore ko aharutse gutangaza ko arimwe mu nzira yozana umubano mwiza ku abatuye aka karere.

Kuri rino yinga ku minsi 22/10/2017 mu Minembwe hatangijwe irushanwa ry’akabumbu k’amaguru ryiswe KIGABO CUP 2017.

Amakipe menshi abarizwa muri kano karere yisanze muri iri rushanwa dore ko yagabanyijwe mo mu ibyiciro bine.

ITSINDA RYA MBERE (TEAM A).

  1. Gakenke fc
  2. Kisombe fc
  3. Nguruma fc
  4. Cobra fc
  5. Kitavi fc

ITSINDA RYA KABIRI (TEAM B).

  1. Ouragan fc
  2. Matherdey fc
  3. Ourafiki fc
  4. Rubanda fc
  5. Okapi fc

ITSINDA RYA GATATU (TEAM C).

  1. Madegu fc
  2. New stars Hebaheba fc
  3. Muzinda fc
  4. Bidegu fc
  5. Amahoro fc(Nkango)

ITSINDA RYA KANE (TEAM D).

  1. Kamu fc
  2. Karongi fc
  3. Ilundu fc
  4. Gahwera fc
  5. Umoja fc(Nyarurango)

Umukino wa mbere wahuje Gakenke fc na Kitavi fc, wakurikiwe  n’umukino hagati ya Ouragan fc na Materdei fc.

Imurenge.com, tuzakomeza kubageza ho amakuru yiri rushanwa kugeza rishojwe.

Materdei, imwe mu amakipe akina akabumbu mu Minembwe.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here