Diregiteri wa SNEL Province ya Kivu y’amaruguru yitabye Imana.

0
132

GOMA, CONGO – Mugitondo ca niposho ku minsi 18/11/2017 amakuru atugeze ho aravuga urupfu rwa Directeri wa SNEL mu Kivu y’amajarugu, Leon Muheto. Biravugwa yuko Leon yishwe n’impanuka y’imodoka mw’ibarabara Kigali-Gisenyi.

Kugeza ubu umurambo we ukaba uri mu bitaro bikuru bya Ruhengeri mu gihugu c’urwanda.

Imurenge.com, turakomeze gukurikirana aya makuru.

Imana imuhe iruhuko ryiza.

Leon Muheto witabye Imana…

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here