Igikorwa co kwigisha uburyo imashini y’amatora ikoreshwa kirakomeje.

0
37

MINEMBWE, FIZI – Kuva imashini y’amatora igejejwe mu Minembwe kur’aka Kane, ku minsi 15/11/2018, ibikorwa byo gusobanurira abaturage uburyo imashini ikoreshwa birakomeje.

Alembe Tembela Gustave, umukozi wa CENI, ufite mu nshingano ze ibikorwa byo kwigisha abaturage imikoreshereze y’imashini y’amatora.

Kubga Alembe Tembela Gustave, umwe mu bakozi ba CENI mu karere ka Fizi, avuga ko ibikorwa byo kwigisha abaturage ikoreshwa ry’iyi mashini catondetse kuva umunsi igera mur’aka karere ka Minembwe. Ico gikorwa kikaba caratangiye n’Akane mu Madegu maze umunsi w’agatanu gikomereza mu Gatanu ku Kiziba.

Umugoroba w’iri posho, ibikorwa byakomereje kw’ishuri rya institut Madegu maze Alembe, ushinzwe kwigisha aboneraho umwanya wo kwigisha abanafunzi uko ikoreshwa.

Igikorwa co kwigisha abanafunzi imashini yo gutora

Turabibutsa ko iki gikorwa gikomeje kuzogeza umunsi w’amatora ateganijwe tariki 23/12/2018. kur’iri yinga bizabera ku Runundu CEPAC ikanisa risohotse, k’umugoroba w’iri Yinga igikorwa gisubire kandi Madegu.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here