Ikiganiro kirambuye ca Enock Ruberangabo ku biganiro bagiranye na minisitiri w’ingabo, AUDIO…

0
25

BIJOMBO, CONGO – Itsinda ry’Abanyamulenge rirangajwe imbere n’uwahoze ari Minisitiri,Enock Ruberangabo, ryakiriwe na Minisitiri w’ingabo, Crispin Atama Tabe, mu rwego rwo gutabariza gurupema ya Bijombo kubg’intambara imaze guhitana abatari bake, benshi bakurwa mu byabo ndetse n’inka ziranyagwa.

Tegera k’uburambuye ikiganiro cose Enock Ruberangabo yagiranye na imurenge.com ku murongo wa telefone.

 

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here