Urubyiruko rutavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Kabila ruzigaragambya i Kinshasa…

0
16

KINSHASA, CONGO –  Mu gihe abanyecongo benshi bakomeje gusaba impinduka mu gihugu cabo, ihuriro ry’urubyiruko rutavuga rumwe na leta ya Kabila rwamaze kwandika ibarwa imenyesha ubuyobozi ko ruzigaragambya mu murwa mukuru w’igihugu.

Le front pour le Referendum, ihuriro ryibumbiyemo amashirahamwe menshi y’urubyiruko atavuga rumwe na leta, yagejeje kuri aka gatanu ku minsi 17/11/2017, ibaruwa imenyesha guverineri w’umuji wa Kinshasa ko bazigaragambya ku minsi 28/11/2017 bagamije kurengera itegeko nshinga ry’igihugu no gusabako amatora yaba mu gihugu .

[democracy id=”current”]

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here