BUKAVU , SUD-KIVU – Ku mugoroba waka kabiri ahagana kwisaha ya 17h50 nibwo baribagejejewqe ku kibuga c’indege ca Kavumu berekeje i kinshasa mu murwa mukuru w’igihugu.
Star Rouge ,indege ya girikare niyo ijanye Abbass wahoze ari umuhuzabikorwa wishamyi rishinzwe kurwanya magendu yamabuye yagaciro mu ntara ya kivu yamajepfo.
Kuri kano kabiri,urukiko rwa tegetseko Abbass nabagenzi be 12 bafungwa burundu , mu gihe abandi 6 barekuwe .