Amacupa y’inzoga zifite ubukana bwinshi agera kuri 38000 yatwitswe i Bukavu.

0
38
Ifoto – Google.

BUKAVU, CONGO –  Amasashe(Sachets) agera kuri 38000 y’inzoga izwi kw’izina rya Chief niyo yatwitswe mu muji wa Bukavu kuri aka kabiri ku minsi 7/11/2017.

Igikorwa ca yobowe na purokireri mukuru wa parike Eduard LIKOKO BANGALA,ahitwa ELAKAT muri commune ya Ibanda.

Eduard LIKOKO avugako iki kinyobwa kitujuje ubuziranenge kandiko cica nabi ubuzima bwabagikoresha biganjemo abasore bakiri batoya..

Purokireri mukuru yasabye abaturage batuye i Bukavu kwerekana umuntu wese wagaragarako acuruza iyi nzoga. Avugako iriya nzoga yica ubuzima bwa basore benshi .

Tubibutseko umuji wa Bukavu urangwamo ubucuruzi bwinshi bw’izoga zikaze.

 

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here