Perezida Joseph Kabila yerekeje muri Brazzaville kukibazo c’umutekano muri Congo na Angola…

0
117

BRAZZAVILLE, CONGO – Niposho ku minsi 9/12/2017 nibwo Perezida Joseph Kabila yashitse muri Brazzaville (Republika ya Congo) kukibazo c’umutekano muri Republika Iharanira Demokrasi ya Congo.

Mu inama yateguwe na Perezida wa Angola, Joao Lourenço, Perezida wa Congo Brazzaville, Denis Sassou Nguesso na Joseph Kabila, wa Congo Kishasa, bashatse kuganira hejuru y’ikibazo c’umutekano muke muri Republika Iharanira Demokrasi ya Congo.

Perezida wa Congo Brazzaville, Denis Sassou Nguesso na Joseph Kabila, wa Congo Kishasa…

Ibi bihugu bitatu (3) byashatse kwishira hamwe kugira ngo batorere umuti ikibazo giteza indyane mukarere.

Perezida wa Angola, Joao Lourenço…

Tubibutse ko muminsi ishize aribwo Ministre w’ububanyi n’amahanga wa Republika ya Congo aribwo aherutse muri Republika Iharanira Demokrasi ya Congo aho yaganiriye na Perezida Joseph Kabila.

Imurenge.com, turakomeze gukurikirana aya makuru hafi kugira ngo tuyegeze ku abakunzi bacu.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here