Umuntu umwe yarashwe nyinyeshamba za mai mai mu misozi ya Lemera

0
114

LEMERA, SUD-KIVU  – Umuntu umwe niwe wishwe n’inyeshamba za mai mai kuri aga gatatu ku minsi 14/2/2018, ubu bigizi bwa nabi bwabereye mu misozi y’i Lemera mu Rurambo.

Nyakwigendera yitwaga pasiteri Musabwa Bishonda akaba yarasiwe mu biraro bye ahitwa mu Kigushu uja mu Rurambo.

 

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here