Umwana wimyaka 8 yishwe n’inzoga yo mu bwoko bwa Kanyanga…

0
66

BARAKA, FIZI –  Umwana uri mu kigero c’imyaka 8 yamavuko, yajanwe ku bitaro arintumbi nyuma yaho yanyweshejwe inzoga yo mu bwoko bwa Kanyanga.

Iki gikorwa kigayitse cabereye Kilembwe muri segiteri ya Lulenge i Fizi. Nk’uko umuyobozi wabaturage muri Kilembwe yabitangarije radio Umoja dukesha iyi nkuru, ngo uyu mugabo wakoze aya mahano yabeshe uyu mwana kuja muherekeza mu murima,nibwo yagiye amuha inzoga ya akanyanga ikaze cane kugeza avuyemo umwuka ndetse amusiga yavuyemo umwuka.

Kugeza ubu uyu mugabo wimyaka 53 yamavuko wahise ahunga, arahigwa na polisi muri aka karere ariko bakaba bataramuta muri yombi.

 

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here