Abantu icumi bahitanwe n’igitero cagabwe ku basirikare muri Mali…

0
51

BAMAKO, MALI – Ku minsi 27/01/2018 intagondwa zagabye igitero ku basirikare bo muri Mali. Abasirikare 10 nibo bahitanwe n’iki gitero muri Mali y’amaj’epfo.

Biravugwa ko abandi bagera kuri 20 nabo bakomeretse,mu gihe izi intagondwa z’aba Islamu zateye ikambi ya gisirikare ya Soumpi.

Tubibutse ko izi intagondwa za Islamu zikomeje kwiyongera muri aya mezi ya vuba, ugereranyije n’andi mezi ashize. Muri iri yinga rishize abaturage 26 barishwe mu gihe imodoka yaturikijwe na mine hagati mu gihugu ca Mali.

 

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here