Barasaba leta ya Congo kubarindira umutekano….

0
144

MINEMBWE, CONGO – Abacuri bacuruza ibyashara bitandukanye bo mukarere k’imisozi miremire ya Minembwe barasaba abashinzwe umutekano kubarindira umutekano wabo kuko ngo bugarijwe n’abagizi ba nabi.

Uyu munsi http://www.imurenge.com, tukaba twagiranye ibiganiro n’abacuruzi batandukanye aho twabaza ga uko bagurisha ibyashara byabo ndetse n’uburyo umutekano wabo umeze. Benshi muri aba bacuruzi bavuga yuko bugarijwe ahanini no kubura amabarabara (inzira banyura mo) kuko ngo ahanini usanga imodoka zitegwa munzira n’abagizi ba nabi.

Ikindi kibazo cugarije aba bacuruzi ngo nuko batozwa imisoro n’abakozi ba leta. Ahanini usanga ngo babatoza bitajanye n’amategeko.

Abacuruzi bikorera imizigo…

Imurenge.com kandi twaganiriye n’umwe mu abayobozi b’abagore, Nyisanduka Domitila aho yatubwiye ko bugarijwe n’ikibazo c’abana b’abakobwa aho usanga babomboka bakiri bato. Yatubwiye ko ngo ahanini aba abana b’abakobwa usanga bashatswe ngo batazi ico bagiye gukora. Benshi muribo ndetse ngo ugasanga babaye ho nk’abarezi b’abana m’urugo.

Tegera Ibiganiro bacu:

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here