Icicaro gikuru c’ingabo za Congo FARDC cimuriwe i Beni…

3
64

KINSHASA, RDCONGO: Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu akanaba umugaba mukuru w’ikirenga w’ingabo , nyakubahwa Félix Antoine Tshisekedi Tshilombo, icicaro gikuru c’ingabo zigihugu(État-major Général ), cimuriwe mu ntara ya Beni.

Izi mpinduka zagaragaye kuva ku munsi wejo niposho ku minsi 24/8/2019 ubwo habaga impinduka mu buyobozi bukuru bwa operation Sokola 1, Generali de brigade Nduru Jacques yahawe inshingano zokuyobora operation sokola 1 muri kivu yamajaruguru hose asimbuye kuri uyu mwanya General Major Mbangu Mashita Marcel waruyoboye uyu mwanya imyaka igera kuri 4.

Twabibutsako ku minsi 9/8/2019 aribwo umukuru w’igihugu yahaye ingabo zigihugu inshingano zo guhagarika ubwicanyi bubera mu ntara ya Beni , aha hari mu nama nkuru yagisirikare yabereye i Kinshasa mu mugwa mukuru wa Congo.

3 COMMENTS

  1. Mutubwire aho izo ngabo zarı ziyoboye izo za régiments zatumwe gukorera. Mutubwire n’abaje kuzisimbura. Izo ngabo zihinduwe igihe kibi, umunsi buca gouvernement isohoka. Muhe, Inka zirikwicwa n’ubugandazi,! Ntibyoroshye.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here